Aha naho mushobora gukorera commande (gusumira) ibidandazwa n'ayandi ma services atandukanye hanyuma ivyo mwacommanze Gobucon ica ibibashikanira kuri adresse mwayihaye with quality, trust, and secure transactions. Ibidandazwa Gobuko irashobora kubigushikanira kuri adresse y'umu client canke umu client ashobora guhitamwo kuvyitorera aho Gobucon Ikorera
Injira kuri HuniVerse canke wiyandikishe urubuga GOBUCON IkorerakoGOBUCON nikigo kiri IBUJUMBURA gikoresha urubuga HuniVerse kugira aba clients bashobore kubona ibidandazwa n'ama service arikkuri Gobucon-Livraison Γ Domicile aba clients bagashobora gucommanda ivyo bipfuza hanyuma Gobucon ikaca ibibashikanire kuma adresses yabo canke bagahitamwo kuja kuvyitorera aho GOBUCON ikorera. GOBUCON iritwararika ko aba clients baronka ibintu bimeze neza kandi kugiciro ciza cane.
Raba ibidandazwa n'ama service biri kuri Gobucon-Livraison Γ domicile.
Umuguzi ari akoresheje uburyo bumworoheye kandi aravugana n'aba bijejwe ba GOBUCON.
Abakozi ba GOBUCON barakwirikirana ibibijanye nivyakomanzwe, kuriha be no gushikiriza aba clients ivyo basumye. Abaclients bashobora kubandanya bavugana nababijejwe bakoreshe uburyo bwa HuniVerse messagerie cane bagakoresha ubundi buryo buboroheye mukuvugana n'abakozi ba GOBUCON